INKURU ISHUSHE : MUTIMA Ngo Vuba Mwitege Indirimbo Nshasha Yiwe ‘IKIRERE’

INKURU ISHUSHE : MUTIMA Ngo Vuba Mwitege Indirimbo Nshasha Yiwe ‘IKIRERE’

5 February 2022 0 By H. Mervis

Harihagizimisi haboneka amasanamu(Video) ya MUTIMA ari muri Studio ariko ariko arategura indirimbo aho yariko araririmba,besnhi baribajije ko aribimwe vyiwe vya gutwenza gusa canke yariko arafasha bisanzwe abandi baririmvyi nkuko yabikoze ubuheruka muri ‘Njenje’ indirimbo y’umuririmvyi Kingorongoro.

MUTIMA yashimye kuvuga ukuri aho yavu ati : “Nivyukuri ndiko ndategurira aba fans banje ikindi kintu, gitandukanye nivyo Bari bamenyereye,nayo akaba Ari indirimbo yiwanje kandi nzoba ndumwe. Ikaba iriko itunganywa n’umuhinyanyuzi Kolly Da Magic, izoba yitwa IKIRERE vuba cane iraja hanze”. Amajambo ya Mutima

Photo Mutima

Umwana wigitangaza Ibice 99% twatwenze nimbavu ziruma Hahaha

Facebook Comments Box
20290cookie-checkINKURU ISHUSHE : MUTIMA Ngo Vuba Mwitege Indirimbo Nshasha Yiwe ‘IKIRERE’