Home ENTERTAINMENT INKURU ISHUSHU : Alvin Smith Agiye kuva Mugacerere

INKURU ISHUSHU : Alvin Smith Agiye kuva Mugacerere

160
0

Umuririmvyi Alvim Smith ahejeje gushira kumugaragaro yuko agiye kuva mugacerere yara mazemwo igihe kitari gito inyuma yogusohora indirimbo ‘Hahiye’ arikumwe na Double Jay amezi atatu arenga itaba imaze kurabwa n’antu barenga 450.000 Vues kuri Chanl ya youtube yiwe.

Nkuko yabicishije kuri instagram yiwe ngo vuba agiye gusohora indirimbo nshasha kuruyu wa jane itariku 10 Ruhuhuma 2022 izoba y’itwa BANGO BANGO.

Umwana wigitangaza Ibice 99% twatwenze nimbavu ziruma Hahaha

https://www.youtube.com/watch?v=Smmo49GB3nw&t=31s

20230cookie-checkINKURU ISHUSHU : Alvin Smith Agiye kuva Mugacerere
Previous articleINKURU ISHUSHE : Natacha Ashimigwa na Nyenicubahiro Umukuru w’igihugu Évariste NDAYISHIMIYE Nkakarorero
Next articleINKURU ISHUSHE : MUTIMA Ngo Vuba Mwitege Indirimbo Nshasha Yiwe ‘IKIRERE’

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here