INKURU ISHUSHE : Natacha Ashimigwa na Nyenicubahiro Umukuru w’igihugu Évariste NDAYISHIMIYE Nkakarorero

INKURU ISHUSHE : Natacha Ashimigwa na Nyenicubahiro Umukuru w’igihugu Évariste NDAYISHIMIYE Nkakarorero

4 February 2022 0 By H. Mervis

Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu cacu abandanya yerekana ko umuziki ushobora gutunga abaririmvyi ndetse bakawungukiramwo bakanateza imbere igihugu, ivyo akaba yabivugiye munama nurwaruka gwabagwizatunga ejo kuwakane kuri Stade Intwari aho kuncuro igira gatatu yashimiye umuririmvyikazi Natacha NGENDABANKA nkakarorero keza mubamaze kumenya nogutahura gukoresha umwanya mukwiteza imbere akoresheje impano yiwe yokuririmba ndetse akazana nudushimwe twotuma Uburundi bushimagizwa mumakungu ivyo bikaba vyabaye inyuma yaho Umuririmvyikazi Natacha aheruka muri HipiPo Music Awards akironkera udushimwe tubiri mugihugu ca Uganda.

Detama Usseni na H wa mchana Fabby Tozzy, Rumonge akuna Uchawi

Facebook Comments Box
20110cookie-checkINKURU ISHUSHE : Natacha Ashimigwa na Nyenicubahiro Umukuru w’igihugu Évariste NDAYISHIMIYE Nkakarorero