Home ENTERTAINMENT INKURU SHASHA : Woba Witeguye Gute Kwakira indirimbo Nshasha? – Freema Boy

INKURU SHASHA : Woba Witeguye Gute Kwakira indirimbo Nshasha? – Freema Boy

261
0

Umuririmvyi Freema Boy ari Hit kundirimbo ‘Fata Umwana’ ngo woba witeguye gute mukwakira indirimbo wiwe nshasha, ivyo akaba yabibajije kurubuga gwiwe gwa  instagram aho mbere yarekanye neza ko ukukwezi kwa Ruhuhuma ntikuzorangira atara sohora indirimbo nshasha aho mbere yanditse ko igenekerezo rya 14 Ruhuma 2022 izoba ari kumusi wambere azosohoro indirimbo izoba ifise amasanamu ati : Save date le14/02/2022 tuzobaha gishasha 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Audio Vidéo  plz  Subscribe my Channel uzobe uwambere kwirabira my New Vidéo.

Freema Boy akaba mbere yarerekanye namwe muma foto yari mumashusho iyo ndirombo yiwe  shasha.

20040cookie-checkINKURU SHASHA : Woba Witeguye Gute Kwakira indirimbo Nshasha? – Freema Boy
Previous articleINKURU ISHUSHE : Imigwi 17 niyo Izohiganwa Muri MPAKA KUCHE DANSE CHALLENGE
Next articleINKURU ISHUSHE : Natacha Ashimigwa na Nyenicubahiro Umukuru w’igihugu Évariste NDAYISHIMIYE Nkakarorero

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here