Home ENTERTAINMENT INKURU ISHUSHE : Imigwi 17 niyo Izohiganwa Muri MPAKA KUCHE DANSE CHALLENGE

INKURU ISHUSHE : Imigwi 17 niyo Izohiganwa Muri MPAKA KUCHE DANSE CHALLENGE

213
0

Imigwi yashoboye gukwiza ibisabwa mukwinjira mwi higanwa ‘Mpka Kuche Danse Challenge‘ ihiganwa rwateguwe n’umuririmvyi Frank Duniano kundirimbo yiwe Mpaka Kuche n’imigwi 17, nkuko Frank Duniano werekanye urutonde kuruyu wagatagu igenekerezo rwa 02 Ruhuhuma 2022 mugihe itariki yanyuma yo kwakira video z’imigwi yari 31 Nzero 2022, iyo migwi y’abatavyi nayo ni ”
1. Gfrex burundian dancer
2. BubanzaKids
3. UDB
4. NewKingCut BDI
5. KshanDance
6. AfrowKids
7. MoB Star
8. TheMonster B
9. TheGreatest Champion
10. B.M Team
11. The Super Children’s
12. IwacuTeam
13. ChampionTeam
14 BerryManrey
15. SuperNatural
16. OgTeam
17. NinjaDance

Mukiganiro Frank Duniano yakoranye na zabuja.com avuze ko ububazoraba imigwi ifise abarorerezi Vues nyinshi nikindi ntibazoraba ama Like kuko baziko bashoboragukoresha Outolike mukwiba ama like, hama bazoraba imigwi itanu ifise ama vues menshi ariyo izoca ironka amahigwe yokuja mugice canuma Final aha izoba Live Performance nayo mbere izoba direct kuri Facebook.

Umugwi uzobo uwambere uzoronka agashimwe kibihumbi amajana tatu (300.000 fBu), umugwi wakabiri nawo uzoronka ibihumbi amajanabiri (200.000 FBu) nayo umugwi wagatatu uzoronka ibihumbi ijana (100.000 fBu)

Photo y’Umuririmvyi Frank Duniano

 

Detama Usseni na H wa mchana Fabby Tozzy, Rumonge akuna Uchawi

20000cookie-checkINKURU ISHUSHE : Imigwi 17 niyo Izohiganwa Muri MPAKA KUCHE DANSE CHALLENGE
Previous articleINkURU ISHUSHE : Berry Music Muvyishimo Inyuma Yo Kugarukana Compte Ya YouTube Yiwe
Next articleINKURU SHASHA : Woba Witeguye Gute Kwakira indirimbo Nshasha? – Freema Boy

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here