INkURU ISHUSHE : Berry Music Muvyishimo Inyuma Yo Kugarukana Compte Ya YouTube Yiwe

INkURU ISHUSHE : Berry Music Muvyishimo Inyuma Yo Kugarukana Compte Ya YouTube Yiwe

2 février 2022 0 Par H. Mervis

Hari hamaze imisi umuririmvyi Berry Music arimugahinda inyuma yuko atashobora gukoresha Chanel yiwe ya YouTube nkuko ya bigaraje kurubuga gwiwe gwa instagram hari umuntu yari yamublotse ntayikoreshe.

Berry Music vyari vyanse ko ashirako indirimbo yiwe nshasha ‘MA’ ariko kuruno musi kuwakane itariki 2 Ruhuhuma 2022 yagaragaje umunezero wiwe mukwerekana ko Chanel yiwe ubu ayikoresha ukuri kwamye mbere akaba yashizeko indirimbo yiwe MA, kuri instagram yanditse ati : Hellooo Fam…
After a long battle, my Youtube account is operational now. Duhane gahunda 14h⏰ kuri Youtube channel yanje murabe igikorwa canje gishasha…

indirimbo yiwe MA ikama imaze kurabwa nabantu barenga 1500 Vues kuri YouTube.

TWENGA : Raba ingene abavuvyi bahora bagwa mumazi kubera umukeke

 

Facebook Comments Box
19920cookie-checkINkURU ISHUSHE : Berry Music Muvyishimo Inyuma Yo Kugarukana Compte Ya YouTube Yiwe