Accueil » GOSPEL NSHASHA | Natacha - Nushimwe | Download
3 November 2022
By
H. Mervis
umuririmvyikazi womuri Buja Flavour Natacha ya sohoye amasanamu video y’indirimbo yiwe nshasha yitwa ‘Walete. Urashobora kugira play ukayiraba ngaha. VIDEO…
16 September 2022
By
KAMIKAZI
Umwanditsi w’indirimbo BIKORE DATA ariwe Aimable TAYAYA muriki gihe amagara yiwe ntameze neza kuko aragwariye akaba agwaiye Kira Hospital, kuruyu…
30 August 2022
By
KAMIKAZI
Umuririmvyi kazi Natacha Burundi yatanze umuco kubakunzi biwe bazo tumugwa muri party izo mu huza n’abankunzi biwe. Natacha abicishije kumbuga…
26 August 2022
By
KAMIKAZI
Umurirmvyikazi Natacha Burundi amaze imisi ariko arakora ibiteramo bitandukanye muntara zitandukanye zigihugu c’uburundi ngo ntankeka igihe cisaha umunani (14h00) azakuba…
4 February 2022
By
H. Mervis
Nyenicubahiro Umukuru w’Igihugu cacu abandanya yerekana ko umuziki ushobora gutunga abaririmvyi ndetse bakawungukiramwo bakanateza imbere igihugu, ivyo akaba yabivugiye munama…
17 January 2022
By
KAMIKAZI
Umuririmvyikazi Natacha Burundi kucuro yiwe yambere ahohora indirimbo mbora Mana kandi ifisenama sanamu ati NUSHIMWE, Irabire ngaha Nushimwe ya Natacha