Home ENTERTAINMENT Natacha agiye guteramisha abanya Makamba muri Makamba Paradise

Natacha agiye guteramisha abanya Makamba muri Makamba Paradise

240
0

Umurirmvyikazi Natacha Burundi amaze imisi ariko arakora ibiteramo bitandukanye muntara zitandukanye zigihugu c’uburundi ngo ntankeka igihe cisaha umunani (14h00) azakuba arikumwe nabanya Makamba mugiteramwo Amahoro Concert kiza kuba uno musi itariki 26/08/2022 muriyo ntara ya Makamba muri Makamba Paradaise.

Nkuko Natacha yavyerekanye kumasanamu yashize kuri instagram yiwe muraka gatondo kokuruyu wagatandatu, yabonetse arikumwe na team yiwe burira imiduga batangura urugendo baja mugisagara ca Makamba, tukwibutse ko kwijira murico giteramo ari 3.000fBI mu bugamwo busazwe na vip 10.000fBI ugahabwa n’icokunywa ca Brarubi, nayo harategekanijwe ko haza kuririmba n’abandi baririmvyi nka Tigger Brizz, Bosani Mkali, Agape Love, Titus Da Sailor, DCB One, H Bwoy, Able Man, Fédération Burundaise de Wushu, Angelo Brand na Sailo soldier Boy.

Hari n’amakuru yariko yaravugwangwa ko umuririmvyi Sailo soldier Boy niye yoba yashize ukuboko kunini murico giteramo, naho bitaremezwa na Natacha.

30790cookie-checkNatacha agiye guteramisha abanya Makamba muri Makamba Paradise
Previous articleB Face ahura n’abastar bakoma komeye bo mu gihugu c’urwanda
Next articleBongo: Amajambo ya Aslay ashigwa ahabona kwariwe umwami muri lebo ya Rockstar

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here