Home ENTERTAINMENT Bongo: Amajambo ya Aslay ashigwa ahabona kwariwe umwami muri lebo ya...

Bongo: Amajambo ya Aslay ashigwa ahabona kwariwe umwami muri lebo ya Rockstar

302
0

Nizimwe munguru nziza ku muziki wo mugihugu ca Tanzania cane cane kubakunzi b’umiziki y’umuririmvyi Aslay aho yashize umukono kuma sezerano n’isirahamwe RockStar4000. Umuririmvyi Aslay ubu agiye guhagarikigwa mubikogwa vyiwe vy’umuziki na RockStar4000, ivyo ya bigaragace kurubuga ryize kuri instagram kuruya wakane igenekerezo rya 25/08/2022.

Ndi n’umunezero mwishi kubabwira abakunzi banje, abamenyesha makuru namwe musazwe mukurikirana ibikogwa vyanje ko muriki gihe nifatikanije na Record lebo RockStar, ayo namwe mumajambo yanditse Aslay.

Ninafuraha kuwaambia Mashabiki, Vyombo vya habari na kila anayenifuatilia kwamba hivi karibuni nimejiunga na RockStar Africa rockstarafrica.

Imekuwa safari ndefu yenye matumaini makubwa katika kusimamia kazi zangu za muziki.
Hivyo basi, Nawaarifu kutegemea mengi makubwa katika muziki wangu na kuniona katika hatua kubwa zaidi.
Nina kila sababu ya kumshukuru Mwenyezi Mungu kwa kipindi chote ambacho nilikuwa kimya, hakika nimejifunza Mengi.
Ningependa kuchukua wakati huu Pia kutoa shukrani zangu kwa kila mmoja wenu kwa support mnayoendelea kunipa katika muziki wangu hata wakati nilipokuwa kimya.

30841cookie-checkBongo: Amajambo ya Aslay ashigwa ahabona kwariwe umwami muri lebo ya Rockstar
Previous articleNatacha agiye guteramisha abanya Makamba muri Makamba Paradise
Next articleBongo: Barnaba arikumwe na Diamond basohoye amasanamu Video y’indirimbo ‘Hadithi

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here