CatégorieENTERTAINMENT
Bongo: Barnaba arikumwe na Diamond basohoye amasanamu Video y’indirimbo ‘Hadithi
26 août 2022 0 Par KAMIKAZINi kuruyu wa wagatandatu Nyandagaro 26, 2022 niho umuririmvyi wa Bongo Flava ariwe Barnaba ya sohoye amasanamu ya video yiwe nshasha y’indirimbo yakoranye na Diamond Platnumz yitwa Hadithi.
Urashobora kugira playukayiraba ngaha.
Facebook Comments Box