B-face On The’flo Mr bonifasi muri Shooting ya video nshasha

B-face On The’flo Mr bonifasi muri Shooting ya video nshasha

27 août 2022 0 Par KAMIKAZI

Umuririmvyi aheruka gutwara agashimwe ka Isanganiro Award ariwe B-face On The’flo Mr bonifasi yeretse abakunzi biwe ko aticaye ko ariko arategura ibikogwa bishasha azobaha abafana biwe vuba,ivyo akaba yavyanditse kurubuga rw’iwe gwa instagram kuru wagatandatu igenekerezo rya 28 Nyakanga 2022.

Tukwibutse ko B_Face inyuma yo kuboneka muri vidéo umuririmvyi RACK Sniper The Universsalt arikumwe na Berry music & Dj_Zenobino , Ubu rero nawe B_Face yerekenye ko ari mugikogwa co kwegerenya amasanamu shooting ya vidéo y’indirimbo atarashima kuvuga uko yitwa canke kuvuga vyishi kuriyo ndirimbo bashi bakanibaza nikuki na cover yayo atara ishira kumugaragaro.

B_Face yandutse abicishije kurubuga rw’iwe rwa Instagram ati « Rino koti nambaye ntimwibaze ngo nari i Bujumbura, Ahubwo izi fotos nazifotoreje ndi muri Europe 1  »

Facebook Comments Box
31020cookie-checkB-face On The’flo Mr bonifasi muri Shooting ya video nshasha