CatégorieENTERTAINMENT
B Face ahura n’abastar bakoma komeye bo mu gihugu c’urwanda
22 août 2022 0 Par KAMIKAZIUmuririmvyi rurangiranwa mumudiho wa Hip Hop mu Burundi B Face On The’flo aheruka murugendo mugihugu c’urwando aho yahuye n’abastar bakoma komeye bo murico gihugu c’urwanda, nkoko ya bigaragace kuma sanamu kurubuga rwiwe rwa instagram B-face On The’flo yararonse akanya ko kuyanga n’umwigeme akomeye cane mugihugu c’urwanda muku vanga vanga imiziki Dj Iraa. B Face yararose kandi akanya kokuyaga n’umuhinsanyizi The Major akorera munzi y’ubuhinyanyuzi Back Stage Studio akaba mbere ariwe yahinyanyuye indirimbo Akanyobwa by Bushali x Kevin Kade.
Facebook Comments Box
Mots-clésAUDIO | B FACE - UMM | DOWNLOAD AUDIO | B Face Mkombozi Luxfer - Kimwe Ku Kindi | Download B Face B Face ahura n'abastar bakoma komeye bo mu gihugu c'urwanda STAMINA ft Chef 187 Indirimbo B Face agiye gushira ahabona Video MPYA : Tomson The Voice ft B Face wakuletea hii "Umunoho" Itazame hapa