Home ENTERTAINMENT Message ya Manager Raphael amwishura kuvyerekeye Laboss Party niwe azoba yahawe ubutumire

Message ya Manager Raphael amwishura kuvyerekeye Laboss Party niwe azoba yahawe ubutumire

207
0

Umuririmvyi kazi Natacha Burundi yatanze umuco kubakunzi biwe bazo tumugwa muri party izo mu huza n’abankunzi biwe. Natacha abicishije kumbuga ziwe yavuze ko Umuntu wese azoronka ubutumwa buvuye kuwusazwe akyrikirana ibikogwa vyiwe arize Meneger NYANDWI Raphael nivye azoba aronse amahigwe.

Natacha ati: Umuntu wese azoronka message ya Manager amwishura kuvyerekeye Laboss Party niwe azoba yahawe ubutumire kuri uwo munsi wacu udasanzwe, kandi mumenye neza ko abakunzi bose badaherera mumubindi utaronse ubutumire uno mwaka uzoronka ikindi gihe. Mumenye ko ibintu vyo kwa Laboss ntanahamwe uzobisanga atari kwa Larukundo.Isango rigira rigere ni kuri uyu wagatano. Uwuzoronka invitation wese azoza yambaye “ Kitenge Style” yaba ari umuhungu canke umukobwa.

31930cookie-checkMessage ya Manager Raphael amwishura kuvyerekeye Laboss Party niwe azoba yahawe ubutumire
Previous articleBidondine umufasha wa Bindondo y’ibarutse umwana y’umukobwa
Next articleLolilo arikumwe na Mr Blue basohoye amasanamu Video y’indirimbo ‘Je Na We

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here