Home ENTERTAINMENT Bidondine umufasha wa Bindondo y’ibarutse umwana y’umukobwa

Bidondine umufasha wa Bindondo y’ibarutse umwana y’umukobwa

238
0

Umuririmvyi akaba kandi umukinyi wamareresi yo gutwenza ariyo comédie Generecha Bidondo arimumunezero mwishi cane kuva mugitondo co kuruyu w’imana n’inyuma yuko mumu rwango wiwe bungutse ikibondo.

Bidondine umufasha wa Bindondo y’ibarutse umwana y’umukobwa mu r’ikigitondo cakuruyu w’imana igenekerezo rya 28 Nyakanga 2022 mu bitari vya Roi Khaled biri mu gisagara ca Bujumbura.

zabuja.com twagerageje kumu hamagara kuri téléphone, akaba ya tumenyesheje ko ari mu munezero ntagere no gushimira Uwuhoraho kubona ya muhaye ikibondo arana shimira umu fasha wiwe Bidindine kumu kunda noku muha  ikibondo, Bidondo ndetse ya shimiye n’abakunzi biwe bamubaye hafi mkumufasha mu msengesho.

31430cookie-checkBidondine umufasha wa Bindondo y’ibarutse umwana y’umukobwa
Previous articleBerry Music mugikogwa ca shoting ya video nshasha
Next articleMessage ya Manager Raphael amwishura kuvyerekeye Laboss Party niwe azoba yahawe ubutumire

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here