Home ENTERTAINMENT Berry Music mugikogwa ca shoting ya video nshasha

Berry Music mugikogwa ca shoting ya video nshasha

242
0

Umwanditsi windirimbo Melana nizindi zagiye zirakundwa mu muziki ndundi ariwe Berry Music ngo ntiyicaye ariko arakora ikindi kikogwa azoshira kumugaragaro vuba nkuko yashimywe kuvyemeza.

Nkuko Berry Music yabonetse kurayo masanamu n’indirimbo nshasha agiye gusohora akaba yanditse kuri instagram yiwe ati : ´on set’. Tukwibutse ko Berry Music namezi atandatu aheze asohoye indirimbo Ma inrimbo imaze kurabwa n’abantu barenga 127.000 kuri chanel yiwe ya youtube.

31330cookie-checkBerry Music mugikogwa ca shoting ya video nshasha
Previous articleMpiga picha Franck Indugwic Amupa makavu Mtima le Comédien
Next articleBidondine umufasha wa Bindondo y’ibarutse umwana y’umukobwa

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here