Made agiye gusohora indirimbo za gospel gusa

Made agiye gusohora indirimbo za gospel gusa

18 November 2021 0 By H. Mervis

Nkirimuto nakunda kurirmba ndimurusengero kuko ndumukristo ivyo vyampaye ugukunda umwuga wokurirmbo, ariko nashimye indirimbo zisazwe mumudiho wa Hip hop kuko ndakunda cane hip hop, ubu narakijijwe ndirimba indirimbo zoguhimbaza imana Gospel. Made avuga.

Umurirmmvyi w’indirimbo zoguhimba za Imana Diana Uwimana Ndagano azikwizina rya Made bashi bari bamumenyereye mundirimbo zisazwe mumudiho wa hip hop ngo ubu ntankeka abakunzi bumuziki wiwe  bagiye kuza baramubona gusa mundirimbo zoguhimbaza imana ivyo akaba yabivuze mukiganiro yakoranye na zabuja.com, Made agiye gusohora amasanamu y’indirimbo “Celebrate” imaze ameze munane isohotse yakoranye n’umurirmvyikazi Mireille Sifa ikaba imaze kurabwa n’abantu barenga 200 kuri chanel ya youtube, amasanamu yayo akaba yayafatiye ibujumbura muri quartie Bwiza.

Tukwibutse ko Made  aba mugihugu ca Belgique imyaka 21 irarumanye akaba aheruka mugiguhu c’uburundi.

Facebook Comments Box
15280cookie-checkMade agiye gusohora indirimbo za gospel gusa