Home NEWS A-Flown Slim yavutse itariki n’ukwezi nkunomusi

A-Flown Slim yavutse itariki n’ukwezi nkunomusi

197
0

Umuririmvyi A-Flow Slim unomusi akaba ari mumunezero kubona Imana ya mwongeye uyundi mwaka nkuko yabicishije kuri instagram yiwe ko yavutse itariki nkiyuno musi uku kwezi nyene itariki  22.

A-Flow Slim yanditse amajambo yagaragara ko ariko arashima imana ati : “ilikuwa tarehe kama hii ambapo ALLAH amemujalia my mom kunileta kwenye Dunia hiii. Asant Mola wangu kwaungine mwaka.

 

Tukwibutseko A-Flown Slim aheruka gusohora indirimbo nshasha NITEKE ikaba imaze kumnvirizwa n’abantu barenga 400 imaze gusa imisi ine kuri youtube. Tukwihurize isabukuri ryiza gy’amavuko.

14770cookie-checkA-Flown Slim yavutse itariki n’ukwezi nkunomusi
Previous articleBora Queen Agihe Kuva Muga Cerere Ariko Ategura Indirimbo Shasha Muri Studio A Record
Next articleIry Tina Da Queen Aririmbira Umwana Indirimbo Yiwe Nakupenda

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here