Home NEWS Iry Tina Da Queen Aririmbira Umwana Indirimbo Yiwe Nakupenda

Iry Tina Da Queen Aririmbira Umwana Indirimbo Yiwe Nakupenda

233
0

Umuririmvyi kazi Iry Tina Da Queena abandanye kwerekana abakunzi bumuziki ndundi yuko indirimbo yiwi aherutse gusohora NAKUPENDA yuko ari indirimbo nziza ifise amajambo agyoheye ugutwi kubakundanye ndetse no kumuvyiyi n’ikibondo canke muri famille.

Iry Tina abicishije kuri story yiwe ya snapchat yashizeko video arikumwe numwana aho yariko ara muririmbira uyo mwana indirimbo yiwe Nakupenda aho umwana vyagaragaye ko yanezerewe cane kobona Iry Tina ariko aramurirmbira n’akajwi keza, wibuke ko indirimbo Nakupenda yakoranye n’umuririmvyi Pallaso wo mugihugu ca uganda yagiye kumugaragaro itariki 06 Gitugutu unomwaka ikaba imaze indwi zibiri gusa imaze kurabwa n’abantu barenga 40.000 vues kuri chanel ya youtube.

14830cookie-checkIry Tina Da Queen Aririmbira Umwana Indirimbo Yiwe Nakupenda
Previous articleA-Flown Slim yavutse itariki n’ukwezi nkunomusi
Next articleCherine Rock Abaza Abakunzi B’umuziki Ndundi Uko Bakiriye Indirimbo Yiwe Slowly

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here