Home NEWS Cherine Rock Abaza Abakunzi B’umuziki Ndundi Uko Bakiriye Indirimbo Yiwe Slowly

Cherine Rock Abaza Abakunzi B’umuziki Ndundi Uko Bakiriye Indirimbo Yiwe Slowly

201
0
Umuririmvyi kazi Chérine Rock n’umwe mubaririmvyikazi muriki gihe bigaragara ko bariko barakora cane nokwitanga mumuziki ndundi ugereranije indirimbo amaze gusohora guhera unomwaka ugitangura, Nimugihe indirimbo Slowly y’umuririmvyikazi Chérine Rock imaze imisi ine gusa isohotse ika imaze kurabwa n’abantu barenga 1.000 vues kuri youtube.
 
Cherine Rock yabajije abakunzi biwe uko bayakiriye indirimbo yiwe Slowly akaba ya bicishije kuru buga gwiwe gwa page ya facebook, muma commentaire abakunzi wiwe bakaba bariko bererekano uko bayakiriye.
14880cookie-checkCherine Rock Abaza Abakunzi B’umuziki Ndundi Uko Bakiriye Indirimbo Yiwe Slowly
Previous articleIry Tina Da Queen Aririmbira Umwana Indirimbo Yiwe Nakupenda
Next articleVIDEO NSHASHA | Owan Golden ft Crown Rema – Lets Fly | Download

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here