Home NEWS Bora Queen Agihe Kuva Muga Cerere Ariko Ategura Indirimbo Shasha Muri Studio...

Bora Queen Agihe Kuva Muga Cerere Ariko Ategura Indirimbo Shasha Muri Studio A Record

185
0

N’amezi arenga atandatu Umuririmvyi kazi Bora Queen womuntara ya Rumonge adasohora indirimbo, arikio Bora Queen kuruyu wa kane yerekanye abakunzi biwe kwaticaye aho yashize kumugaragaro amafoto ari mugutegura indirimbo nshasha aho yari muri studio arikumwe numu hiyanyanyizi Adbu T muri A Record niyaho nyene muntara ya Ruomunge kuri Statu yiwe ya Whatsapp.

Umuririmvyikazi Bora Queen

 Wibuke ko umuririrmvyikazi Bora Queen bubakenye n’umuririmvyi Kamanda Mkuu ndeste bakaba bari mumugwi umwe The Twis Band, ineirimba Bora Queen aheruka gusohora yari Siendi Mbali arikumwe na Kamanda Mukuu imaze kurabwa n’abantu barenda 2.000 kuri chanel ya youtube.

Kamamda Mkuu na Bora Queen

LIVE : IRY TINA DA QUEENA | VUES NINDOGO BUJA FLEVA | PALLASO NI MTU WANGU WAKARIBU

14680cookie-checkBora Queen Agihe Kuva Muga Cerere Ariko Ategura Indirimbo Shasha Muri Studio A Record
Previous articleUbuzimwa bw’umuririmvyikazi Meili ( Biographie)
Next articleA-Flown Slim yavutse itariki n’ukwezi nkunomusi

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here