Home ENTERTAINMENT Cristiano Ronaldo agiye guh’indaro abateshejw’izabo na nyamugigima muri Maroc

Cristiano Ronaldo agiye guh’indaro abateshejw’izabo na nyamugigima muri Maroc

230
0

Umukinyi rurangiranwa w’umupira w’amaguru Cristiano Ronaldo yatanze ihoteli yiwe ili mu gisagara ca Marrakech ngo yakirirwemwo abateshejw’izabo na nyamugigima yasegeshe igihugu ca Maroc mur’iyi ndwi iheze.

Nk’uko vyemezwa n’urubuga rwa Sports Brief, iyo hoteli yitwa Pestana CR7 ifise ivyumba 174 ibituma ishobora kwakir’abantu benshi batagir’aho bakik’umusaya inyuma yo kurokoka nyamugigima bivugwa ko yahitany’amajana y’abanyamaroc.

69120cookie-checkCristiano Ronaldo agiye guh’indaro abateshejw’izabo na nyamugigima muri Maroc
Previous articleCardi B ati:”Eminem niwe citegererezo canje”
Next articleDiamond Platnamuz abandanya akora ibitangaza mu muziki.