Thursday, May 9, 2024

Abarimvyi b’abarundi ngo ntibari bakwiye gufuha.

0
Uyo n'umwihwezo wa Bizimana Aboubakar Karume benshi bazi kw'izina rya Sat-B. Abicishije kurubuga rwiwe rwa Meta(facebook) ngo ntatahura kumwe n'abipfuzako abaririmvyi bo mubindi bihugu batoza...

Imidiho nyafruki ngo yoba ikunzwe kurusha mvamakungu

0
B-Face on the flow yemeza ko imidiho amapiano Afrobeat barushirizaho kwifatira isi y'umuziki. Ku bwiwe ngo nivyo kwishimira kuko iyo yose ni imidiho nyafrika...

Abandanya kwamamara.

0
Inyuma yo kuronka Nomination muma Awards nka Hiskool Awards HipiPo Music Awards hamwe na Isango na Music Awards umuririmvyikazi Natacha Ngendabanka yamaze kuronka nomination...

Uyu niwe Diamond Platnumz

0
Abicishije ku rubuga rwiwe rwa Instagram, nyina wa Diamond Platnumz, umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzania yashize ahabona ifoto y'umuhungu wiwe akiri muto aca...

Muri IGEBU ngo “nta bavurati babaho”. Uno muvurati wo mu Ruyigi nawe ati “ntasubijwe...

0
Iyi ni inkuru y'umugabo avuka ahitwa mu Rugaga muri komine Gisuru y'intara ya Ruyigi yari yubakanye n'umukenyezi (baranavyarana umwana umwe) wo muri komine Kinyinya,...

Burundi : Ntakintu kiboneka kimaze gushikwako cavuye m’umugambi “Ewe Burundi Urambaye” igihugu cokwirata

0
Evariste Ndayishimiye, umukuru w'igihugu yabivuze kuri uyu 29 Gitutugutu, igihe yaratahutse ava munama ijanye n'ibidukikije yabereye mugihugu ca Congo Brazzaville. Umukuru w'igihugu,avuga ko uravye igihe...

Ubwato “Musumba Cargo” buherutse gukorerwa hano Burundi ngo bwoba bwaragize ikibazo, bugasa n’ubumanyutse bugitangura...

0
Ivyo vyamenyekanye inyuma yaho abantu baguma babaza bati mbega ubwato twikoreye hano mu Burundi buri hehe ?, narirya hari haheze amezi hafi atanu atawurabukubita...

Imyidogo kubipfuza kubandanya igice ca kabiri ca kaminuza

0
Mugihe ubuyobozi bwa kaminuza y´uburundi Rumuri, buherutse gusohora itangazo rihamagarira abipfuza kwiga inyigisho z´igice ca kabiri ca kaminuza,hari imyidogo yabamwe mubipfuza kubandanya amashure. Imyidogo yabo...

Inyubako y´urusengero yihaye inkumbi

0
Mu ntara ya Makamba, muri komine Kibago, urusengero rwa Pantecoste Kiyange rwasenyuwe n'imvura ivanze n´umuyaga yazimdutse iragwa mu gitondo co kuri uyu w'Imana. Ibitigiri nyezina...

*Amajambo y’Umuganwa Ludoviko Rwagasore ku wa 19 nyakanga 1961.*

0
"Ahatagira ubukuru nyabwo, hatagira iteka ntihagire n'itekane. Ahatagira ubukuru nyabwo, ntihaboneka amajambere. (...) Ico nipfuza canecane nuko umuntu wese aba muri ubu Burundi yogira ati...
Google search engine

Recent Posts