Home NEWS *Amajambo y’Umuganwa Ludoviko Rwagasore ku wa 19 nyakanga 1961.*

*Amajambo y’Umuganwa Ludoviko Rwagasore ku wa 19 nyakanga 1961.*

168
0

“Ahatagira ubukuru nyabwo, hatagira iteka ntihagire n’itekane. Ahatagira ubukuru nyabwo, ntihaboneka amajambere. (…)

Ico nipfuza canecane nuko umuntu wese aba muri ubu Burundi yogira ati : ashiii, maze umutima ugasubira mu nda. Nshaka ko ata n’umwe yogirirwa nabi, nshaka ko Leta yoba umuvyeyi ahumuriza bose akabakingira.”

Inyuma y’imisi 24 yaciye yicwa, ku wa 13.10.1961. Kuruno wagatanu Imyaka 62 irarangiye.

71890cookie-check*Amajambo y’Umuganwa Ludoviko Rwagasore ku wa 19 nyakanga 1961.*
Previous articleInyuma yo guharirwa ivomo; Amber Rutty n’umugabo wiwe bahisemwo gukizwa
Next articleUmugwi Rédemption voice wasohoye indirimbo nshasha