Home ENTERTAINMENT Umugwi Rédemption voice wasohoye indirimbo nshasha

Umugwi Rédemption voice wasohoye indirimbo nshasha

246
0

 

Imigwi ibiri iririmba Gospel ariyo “Rédemption voice” wo muri Canada hamwe n’uwo mu Burundi yasohoye indirimbo yakoreye hamwe kuruyu wagatanu.

Intumbero yo kuja hamwe kw’iyo migwi ibiri,ni kunezereza kurusha abakunzi b´indirimbondora mana. Banamenyesha ko bagiye gukorana igiteramo vuba. Nkuko bivugwa Na Eric MUGiSHA Umuyobozi w’iyomigwi ibiri “Redemption voice” yo mu bihugu vya canada n´uburundi.

Yongera amenyesha itandukaniro riri hagati ya Rédemption voice yo muri Canada niyo mu Burundi.Iyo muri Canada ifise abakenyezi benshi kuruta abagabo bagahunzwa bose n’intumbero imwe .

71980cookie-checkUmugwi Rédemption voice wasohoye indirimbo nshasha
Previous article*Amajambo y’Umuganwa Ludoviko Rwagasore ku wa 19 nyakanga 1961.*
Next articleInyubako y´urusengero yihaye inkumbi