Home ENTERTAINMENT Imidiho nyafruki ngo yoba ikunzwe kurusha mvamakungu

Imidiho nyafruki ngo yoba ikunzwe kurusha mvamakungu

137
0

B-Face on the flow yemeza ko imidiho amapiano Afrobeat barushirizaho kwifatira isi y’umuziki.

Ku bwiwe ngo nivyo kwishimira kuko iyo yose ni imidiho nyafrika kandi natwe turi abanyafrika!”

Yongerako ko kera Chris Brown, Lil Wayne, BeyoncĂ©, Rihanna , Taylor Swift n’abandi basohoye akaririmbo abanyafrika tutateba kugashira ku mutwe.

Arangiza asa nuwitwengera agira ati indirimbo nkizo mvamakungu ziri muvyatuma abarundi bamwe biga ururimi rw’icongereza.

73160cookie-checkImidiho nyafruki ngo yoba ikunzwe kurusha mvamakungu
Previous articleAbandanya kwamamara.
Next articleAbarimvyi b’abarundi ngo ntibari bakwiye gufuha.