Home ENTERTAINMENT Uyu niwe Diamond Platnumz

Uyu niwe Diamond Platnumz

253
0

Abicishije ku rubuga rwiwe rwa Instagram, nyina wa Diamond Platnumz, umuririmvyi wo mu gihugu ca Tanzania yashize ahabona ifoto y’umuhungu wiwe akiri muto aca ayiteranya n’iy’umwuzukuru wiwe Nasseeb Junior hama akurikiza aya majambo : ” Uyu niwe Diamond Platnumz”.

Siryambere mama Dangote agaragaza urukundo rwiwe rwihariye ku mwuzukuru Nasseeb Junior umuhungu wiwe Diamond Platnumz yavyaranye na Tanasha Donna, umuririmvyikazi wo muri Kenya.

Mwomenya ko akatari gake nyina wa Diamond Platnumz yagaragaye yemezako abuzukuru biwe bose abakunda ariko iyo bigeze kuri Nasseeb Junior hariko agasunuzo.

72810cookie-checkUyu niwe Diamond Platnumz
Previous articleNew Video Lyrics : Clem The Bae – Indoto yanje
Next articleNew Video : Natacha Ft Khaligraph Jones – Yote