Home VIDEOS New Video : Natacha Ft Khaligraph Jones – Yote

New Video : Natacha Ft Khaligraph Jones – Yote

586
0

Umuririmvyikazi Natacha yagarutse n’umuririmvyi rurangiranwa mugihugu ca Kenya mumudiho wa Hip Hop ariwe Khaligraph Jones mu ndirimbo nshasha  yitwa « Yote» ifise amasanamu meza cane.

Urashobora gufyonda  play hama ntiwibagira kwandika akajambo akarikokose muri commentaire  niyaza gusoma ama commentaire asome ivyo wamwandikiye.

Download | Natacha Ft Khaligraph Jones Yote (Audio Mp3) (154 downloads)
72890cookie-checkNew Video : Natacha Ft Khaligraph Jones – Yote
Previous articleUyu niwe Diamond Platnumz
Next articleMbe ninde wundi yobishobora.