Home ENTERTAINMENT Mbe ninde wundi yobishobora.

Mbe ninde wundi yobishobora.

236
0

Afise abamucungerera ubuzima bagera kuri 7 ahemba miliyoni 25 z’amadolari ku mwaka ayo nayo arenga miliyoni 75 z’amarundi ku musi.

Afise imodoka 3 zimugendanira hamwe na rusehabaniha yama iri nko ku kilometero kimwe c’aho hose aba aherereye. Ivyo bimutwara imiliyoni 12 z’amadolari ku mwaka nukuvuga ayarenga miliyoni 36 z’amarundi ku musi.

Afise umwunganizi bamana ahembwa ibihumbi 10 vy’amadolari ku musi; nukuvuga ayarenga imiliyoni 30 z’amarundi.

Muri make uko akuye ikirenge mu nzu asohora amahera atari musi ya miliyoni 140 z’amafaranga y’amarundi ku musi umwe.

Uyo ntibimusaba kwambara Costume ic’ibibatsi kugirango umenyeko afisi amafaranga. Ntawundi ni Mark ZUCKERBERG asanzwe yigabira META (Facebook, Messenger, Instagram na WhatsApp).

72450cookie-checkMbe ninde wundi yobishobora.
Previous articleNew Video : Natacha Ft Khaligraph Jones – Yote
Next articleAbandanya kwamamara.