Home ENTERTAINMENT Inyima y’imwyaka 6 atagiteramo akoreye mukinama, B face agiye gukora Igiteramo.

Inyima y’imwyaka 6 atagiteramo akoreye mukinama, B face agiye gukora Igiteramo.

288
0

Inyima y’imwyaka 6 atagutera akoreye mukinama, B face agiye gukora Igiteramo.Kuruyu wambere igenekerezo rya 08/04 uno mwaka nyene niho Hakoranijwe abanditsi nabamenyeshamakuru muntumbero yo kumenyekanisha igiteramo kigiye kubera ahitwa kuri Nueva Vista nimzuri commune kinama mugisagara ca Bujumbura.

Mumajambo umuririmvyi B face yashikirije yavuzeko ariteka rinini kuba agarutse gukorera igiteramo mu kinama narirya yaheruka kuhakorera igiteramo mumwaka wa 2018 bivugwa ko imyaka 6 iraheze, Ati mubisanzwe yari yumva akumburanye nabakunzi bumuziki wiwe bo mwako gace.
Ico giteramo gitegekanijwe kuzoba mumunsi wi Laidi.

75300cookie-checkInyima y’imwyaka 6 atagiteramo akoreye mukinama, B face agiye gukora Igiteramo.
Previous articleBURUNDI : Inoti 10000 na 5000 za giye hehe?
Next articleUmuririmvyi Rayvanny akomoka mu gihugu ca Tanzania ari mu Burundi