Mugihe ubuyobozi bwa kaminuza y´uburundi Rumuri, buherutse gusohora itangazo rihamagarira abipfuza kwiga inyigisho z´igice ca kabiri ca kaminuza,hari imyidogo yabamwe mubipfuza kubandanya amashure.
Imyidogo yabo ikaba ifatiye ahanini k´ubisabwa kugirango umuntu yemererwe kwiyandikisha mubazokora ikibazo kibaha uburenganzira bwo kwinjira mugice ca kabiri ca kaminuza.
Kubwabo babonako urupapuro rusabwa abasanzwe bafise ubuzi bahabwa n´umukoresha rwemezako bahagaritse akazi kubera imvo y´ivyirwa rudakenewe imbere yo gukora ikibazo mugihe hari abo bishika bakayoberwa.
Bagasaba ko urwo rupauporo rwosabwa uwatoye ikibazo kuko bafise amakenga yoguharika akazi batazi ko bazotora ikibazo.
722400cookie-checkImyidogo kubipfuza kubandanya igice ca kabiri ca kaminuza