Home NEWS Inyubako y´urusengero yihaye inkumbi

Inyubako y´urusengero yihaye inkumbi

247
0

Mu ntara ya Makamba, muri komine Kibago, urusengero rwa Pantecoste Kiyange rwasenyuwe n’imvura ivanze n´umuyaga yazimdutse iragwa mu gitondo co kuri uyu w’Imana.

Ibitigiri nyezina vy’abantu bahitanywe n’iryo sanganya ndetse nabakomeretse ntibiramenyekana neza kuko ibikorwa vy’ubutabazi bikibandanya.

Kur’uyu wa 15 Gitugutu imvura yazindutse igwa mu bice bitandukanye vy’igihugu c’Uburundi na cane cane mu ntara ya Rumonge hari hamaze iminsi harangwa uruzuba.

72110cookie-checkInyubako y´urusengero yihaye inkumbi
Previous articleUmugwi Rédemption voice wasohoye indirimbo nshasha
Next articleImyidogo kubipfuza kubandanya igice ca kabiri ca kaminuza