Home ENTERTAINMENT “Vyose ndabikesha mwebwe”

“Vyose ndabikesha mwebwe”

239
0

Ubwo ni ubutumwa Dieudonné Ndayikengurukiye D-one,
yahaye kunzi biwe canecane abakutikire urubuga rwiwe rwa youtube

Ubwo butumwa yabushikirije inyuma yaho indirimbo yiwe “Sitaki” imaze ukwezi kumwe gusa kurubuga rwa youtube ikwije views umuliyoni 1M.

  1. Asa nuwitanganza ati “mbe ko mutari mwambwiye ko sitaki yakwije abayiravye umuriyoni?”

Ntiyibagiye nogushimira abamukurikirana aho yazi ati:”Ndashimiye uwo wese yagize ico ako kugira ibi ndabishikeko vyose ndabikesha mwebwe.”

D ONE ari mu baririmvyi bakiri bato mumyaka no m’umuziki ndundi ariko ubonako ariko yigarurira imitima yabakunzi b’umuziki.

74510cookie-check“Vyose ndabikesha mwebwe”
Previous articleIndirimbo 2 ( Tuzogumana na Cupa) z’umuririmvyi El_Pro zakuwe Ku rubuga rwa Youtube.
Next articleLove is mystery Ep Yoba yarahebwe?