Home ENTERTAINMENT Lava Lava ashobora kuva muri WCB

Lava Lava ashobora kuva muri WCB

1171
0

Umuririmvyi wa Bongo Flavor Lava Lava ngwarikw’akora abika muri ntibate udufaranga dukeduke kugira ngo bikinde yigobotore mu vyara vya Diamond Platnumz boss wa Lebel ya Wasafi (WCB).

Nk’uko bibandanya kwandikwa n’ibinyamakuru bitandukanye bikurikiranira hafi umuziki mu gihugu ca Tanzania, ngo Lava Lava abona ko ibikorwa vyiwe bidahabw’agaciro ndetse ngo binashigikirwe agereranije n’ivya bagenzibe Mbosso na Zuchu kuko ngo kenshi ateguye gushir’ahabona indirimbo abwirwa ko idakwije ibisabwa na WCB kugira ngo isohoke.

Haheze ikiringo kirenga amezi 3 uwo muririmvyi Lava Lava atagaragara ku mbuga ngurukanabumenyi.

60720cookie-checkLava Lava ashobora kuva muri WCB
Previous articleIzere Award 2023 – Umwaku n’umugisha
Next articleAigle Noir irahurira na Bumamuru muri Final uno musi mu gikombe citiriwe Umukuru w’Igihugu