Home ENTERTAINMENT Aigle Noir irahurira na Bumamuru muri Final uno musi mu gikombe citiriwe...

Aigle Noir irahurira na Bumamuru muri Final uno musi mu gikombe citiriwe Umukuru w’Igihugu

1162
0

Nikuruyu wa gatatndatu igenekerezo rya 3 Ruhenshi 2023 mu ntara ya Muyinga ku kibuga Umuco aho imigwi ibiri Bumamuru na Aigle Noir irahurira iza gutana mumitwe mu rukino rwa nyuma rw’ ihiganwa ry’igikombe citiriwe Umukuru w’Igihugu.

Tukwibutse ko mu nkino 10 zimaze guhuza iyi migwi, umugwi Aigle Noir imaze gutsindamwo inkino ndwi  nayo Bumamuru yatsinzemwo inkino zibiri  bakaba banganije urukino rumwe.

Ikindi womenya nuko Umugwi wa Bumamuru niyo umaze gutsinda ibitsindo vyinshi Aigle Noir kuko muri 2019 uwo mugwi watsinze Aigle Noir ibitsindo bitatu kuri kimwe.

60670cookie-checkAigle Noir irahurira na Bumamuru muri Final uno musi mu gikombe citiriwe Umukuru w’Igihugu
Previous articleLava Lava ashobora kuva muri WCB
Next articleKampala : Ghetto kids n’umugwi w’abana Daouda Kavuma