Tuesday, May 7, 2024

Belle 9ice Ahayagiza Umuvyeyi ya mwibarutse

Umuririmvyikazi Belle 9ice abicicishe kuri page ya Facebook yiwe yahayagije Umuvyeyi wiwe ya mwibarutse aho nimugiye vuba azokora umusi mukuru y'isabuturu ry'amavuko. Yandite ati :...

Mtaani kwetu kunanini?/ Ndimu nime ingia Kitaa

Mtangazaji wako Ndimu ame amuwa kukuonesha Mtaani kwaho pana fanana aje, kupitia ukurasa wake wa chanel ya Youtube  NDIMU OFFICIAL ameposti video aki kuonesha...

Kigali : Element EleéH ashobora kwigarurir’akarere ka Afrika y’ubuseruko

Umuririmvyi wo mu gihugu c'Urwanda Element EleéeH ashobora kwigarurir'akarere ka Afrika y'ubuseruko nkuko biriko biribonekereza. Inyuma y'indirimbo Kashe yakiwe neza mu bihugu bigiz'umuryango wa Afrika...

Yvan Muziki yiyamiriza Ikinyamakuru IGIHE OFFICIAL co Mu Rwanda

Umuririmvyi Yvan Muziki yiyamirije bimwe bikomeye amakuru yanditse kumbuga ngurakana bumenyi c'ikimenyesha makuru co mu Rwanda co kuri facebook Igihe official aho c'anditse ko...

Intamba mu Rugamba muri CAN 2023

Inyuma yo gutsinda umurwi nserukiragihugu wa Namibie ibitsindo 3 kuri 2, umugwi nserukiragihugu Intamba mu Rugamba watahukanye amanota agera kur'atatu. Urwo rukino rwabereye ku kibiga...

Blessing Burundi yashize ku mugaragaro indirimbo azokoresha mw’ihiganwa rya Izere award 2023

Umuririmvyi akiri muto Blessing Burundi avuka mu ntara ya Rumonge kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 25 Ruheshi 2023 niho yashira ku mugaragaro izina rw’indirimbo...

Impano zirushirizaho kwigaragaza mu Rumonge

Intara ya Rumonge ibandanya yunguka abaririmvyi bashasha ba Gospel. Alex na Alphonse bashiz'ahabona indirimbo yabo yambere yo guhimbaz'Imana. Mu kiganiro na Zabuja, Abo baririmvyi...

Kylian Mbappé muri Real Madrid

Umukinyi w'igihangange Kylian Mbappé asanzwe akinira Paris Saint Germain yo mu gihugu c'ubufaransa birashoboka ko agiye kwerekeza i Madrid mu murwa mukuru wa Espagne. Amakuru...

Photos : Vyose vyiza kuri wewe – Look Nshasha ya Natacha Burundi Ishimisha Benshi

0
Marikia wawe w'umuziki ndundi, Natacha Burundi yeretse abakunzi biwe look yiwe nshasha aho benshi bamuteye amashugwe muku mwereka ko bakunze look yiwe, ivyo bikaba...

Chris NDIKUMANA umuyobozi wa KANGUKA kuri ETS KAMENGE  uyu munsi.

0
Inyuma Yo Kwuzuza ibibuga bikomeye aherereye mu Bihugu Rutura ni Chris Ndikumana yateguye igikorane kizobera kukibuga ca ETS Kamenge ( 22.7.2023 ) Ibimenyetso ni vyinshi...
Google search engine

Recent Posts