Home ENTERTAINMENT Blessing Burundi yashize ku mugaragaro indirimbo azokoresha mw’ihiganwa rya Izere award 2023

Blessing Burundi yashize ku mugaragaro indirimbo azokoresha mw’ihiganwa rya Izere award 2023

530
0

Umuririmvyi akiri muto Blessing Burundi avuka mu ntara ya Rumonge kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 25 Ruheshi 2023 niho yashira ku mugaragaro izina rw’indirimbo azokoresha mu mahiganwa ya Izere award y’uyu mwaka, ihiganwa ritegurwa na Radio Izere FM.Iyo ndirimbo yitwa “DUHINDUKE”.Ku ruhande rw’abandi baririmvyi,ntibaragaragaza amazina y’indirimbo batwaye muri iryo higanwa.

Nk’uko yavyanditse ku rubuga rwiwe rwa facebook ngo iyo ndirimbo irimwo impanuro zikomeye k’urwaruka mukwitwara neza mu buzima,yongerako ati: “Duhinduke it’s my New song izoba iri muri compétition ya izere award. Les conseils pour les jeunes adolescents nivyo biyigize.”

Tubibutse ko Blessing aherutse gusohora indirimbo ABOBANA,indirimbo yari kumwe n’umririmvyi Mit B,ikaba imaze ukwezi kurenga isohotse.

63160cookie-checkBlessing Burundi yashize ku mugaragaro indirimbo azokoresha mw’ihiganwa rya Izere award 2023
Previous articleReal Madrid ugiye gushikana Abakinyi batandatu.
Next articleOlympic Star uri mu myiteguro y’ihiganwa ry’umwaka uza.