Home ENTERTAINMENT Impano zirushirizaho kwigaragaza mu Rumonge

Impano zirushirizaho kwigaragaza mu Rumonge

620
0

Intara ya Rumonge ibandanya yunguka abaririmvyi bashasha ba Gospel. Alex na Alphonse bashiz’ahabona indirimbo yabo yambere yo guhimbaz’Imana. Mu kiganiro na Zabuja, Abo baririmvyi ba Gospel bamenyesheje ko binjiye ku mugaragaro mu muziki ndetse bakemeza ko batagiye guhemuka mpaka umuziki wa Gospel mu ntara ya Rumonge bawushikanye kuyindi ntambwe.

Alex na Alphonse basanzwe ari gishiki na gisaza, bavuka muri zone ya kizuka yo muri komine ya Rumonge. Iconsaba niyo ndirimbo yabo ya mbere bashize ahabona.

66160cookie-checkImpano zirushirizaho kwigaragaza mu Rumonge
Previous articleIndirimbo AMKENI ishobora guhagarikwa
Next articleNew video : Vichou Love – Mama Burundi