Home ENTERTAINMENT Indirimbo AMKENI ishobora guhagarikwa

Indirimbo AMKENI ishobora guhagarikwa

423
0

Inam’igenzur’ibikorwa mvabwonko BASATA (Baraza la Sanaa nchini Tanzania) ishobora guhagarika indirimbo AMKENI yashizw’ahabona kur’uyu wa 26 Mukakaro n’umuririmvyi Nay wa Mitego wo mu gihugu ca Tanzania.

Mw’itangazo BASATA yashize ahabona imenyesha ko bariko bararondera Nay wa Mitego kugirango atange insiguro zamwe mu majambo ari mu ndirimbo yiwe AMKENI.

Mu kurorera ingingo yanyuma, BASATA irushirizaho gukebura abaririmvyi kwirinda gukoresh’amajambo atari meza mu ndirimbo zabo!

66120cookie-checkIndirimbo AMKENI ishobora guhagarikwa
Previous articleKenya : Kidum aramesha igiteramo.
Next articleImpano zirushirizaho kwigaragaza mu Rumonge