Home ENTERTAINMENT Kenya : Kidum aramesha igiteramo.

Kenya : Kidum aramesha igiteramo.

177
0

Abicishije kuri compte yiwe ya Facebook,  umuririmvyi mpuzamakungu akomoka mu Bururundi  Nimbona jean pierre Kidum kibido  ahejeje kumenyeshako afise igiteramo muri rino joro.

Ico giteramo kija kubera mugisagara ca Nairobi ahitwa westland.

Murico giteramo co kubunti abaja kucotabira bibasaba kugura ibinyobwa.

Hakaba hajakuba hari ibinyobwa vy´ubwoko 2 kimwe kigurwa 1200kSh hamwe nica 500ksh ku bigeme n´abakenyezi kuko biboneka kuri affiche

66090cookie-checkKenya : Kidum aramesha igiteramo.
Previous articleAMKENI
Next articleIndirimbo AMKENI ishobora guhagarikwa