Home ENTERTAINMENT Yvan Muziki yiyamiriza Ikinyamakuru IGIHE OFFICIAL co Mu Rwanda

Yvan Muziki yiyamiriza Ikinyamakuru IGIHE OFFICIAL co Mu Rwanda

656
0

Umuririmvyi Yvan Muziki yiyamirije bimwe bikomeye amakuru yanditse kumbuga ngurakana bumenyi c’ikimenyesha makuru co mu Rwanda co kuri facebook Igihe official aho c’anditse ko Umuririmvyi Vyan Muziki yashize hanze integuro z’igiteramo co kumurikira indirimbo yiwe itaki 13/05/2023 kuri Atelier du Vin ni mu gisagara ca Kigali, ico kimenyesha makuru ca bandanyije c’andia ko n’umuririmvyi Massamba Intore yarategekanijwe kuzoba ahari murico giteramo ko hari amakuru yemeza  ko azoba atahari  atazocitabira ngo azoba afise urugendo mu gihugu ca Kenya.

Yvana akaba avuga ko ari ikinyo atavyemezo afise kuko Massamba Intore na Marina bazoba bahari nkuko ya vyanditse kuri Page yiwe ati :”Fake news ibibintu birakabije ndabona ntasobanukirwa umunyakuru wi @igiheofficial wandika izinkuru icyo abaagamije guhimba ibinyoma akana bihabantu azinezako aribinyoma kubera inyunguze nubu tutaramenya icyo zimwungura akifata akabeshera abantu ibibintu biteye isoni ikinyamakuru nkiki @igiheofficial kigomba kubaza uwandika ibibintu icyo aabagamij abagisuzuguza biteye isononi MASSAMBA INTORE @massamba.intore arahari cyane itariki 13/05/2023 kuri atelier de vin bavandimwe ninshuti ahubwo twataramye cyane bitarabaho”.

Raba niyi Video : BIG FIZZO UWENDA ALIPEWA HELA ILI POST VIDEO YA Lil Nafy – Surrender

57730cookie-checkYvan Muziki yiyamiriza Ikinyamakuru IGIHE OFFICIAL co Mu Rwanda
Previous articlePrimusic 2023 igiye gutangurira muntara ya Kayanza
Next articleVIdeo NDIMU | BIG FIZZO UWENDA ALIPEWA HELA ILI POST VIDEO YA Lil Nafy – Surrender