Home ENTERTAINMENT Primusic 2023 igiye gutangurira muntara ya Kayanza

Primusic 2023 igiye gutangurira muntara ya Kayanza

142
0

Kuncuro ya 4 ,ihiganwa ryari rimaze imyaka 3 ryaribagiranywe rigiye gutangurira muntara ya kayanza kw’igenekereza Rya 07 Ruheshi Uno mwanka ,aho abaririmvyi bo muntara zose zigize igihugu c’Uburundi bazobasanga aho bavuka bipime impano Zabo.

Iryo higanwa ritunganywa n’ishirahamwe Brarudi rikora ibinyobwa muntumbero yo gutez’imbere umuziki ndundi, ryitiriwe “Impano yawe niyo mateka yawe”. Abaririmvyi : Ester nish, B face, Kirikou akili na Double jay nibo bazoherekeza iryo higanwa mu ntara zose.

Muntara zubu manuko izoba mudwi yakane yukwezi kwa Ruheshi, Rutana ni kuwa kabiri igenekerezo rya 20 Ruheshi, Makamba nikuwa gatatu igenekerezo rya 21 Ruheshi, Rumonge ni kuwa kane igenekerezo rya 22 Ruheshi, Buriri nikuwa gatanu igenekerezo rya 23 Ruheshi.

Muririmvyi ufise impano yo kuririmba,ntutinye kuja mw’ihiganwa Rya primusic Wiyorere amahigwe.

60870cookie-checkPrimusic 2023 igiye gutangurira muntara ya Kayanza
Previous articleVIDEO NSHASHA | B Kobra ft Olegue – TotoTown | Download
Next articleYvan Muziki yiyamiriza Ikinyamakuru IGIHE OFFICIAL co Mu Rwanda