Home ENTERTAINMENT Photos : Vyose vyiza kuri wewe – Look Nshasha ya Natacha Burundi...

Photos : Vyose vyiza kuri wewe – Look Nshasha ya Natacha Burundi Ishimisha Benshi

513
0

Marikia wawe w’umuziki ndundi, Natacha Burundi yeretse abakunzi biwe look yiwe nshasha aho benshi bamuteye amashugwe muku mwereka ko bakunze look yiwe, ivyo bikaba ya bigaragaje kurubuga gwiwe instagram kuma foto ya shize ahabone, aho muma commentaire arenga 13 y’anditse nabasazwe bamukuririkirana bose bamukeje cane.

Ati: Mubibna gute?

clairiakindavyi yanditse ati : Vyose vyiza kuri wewe

tuyisenge.emery yanditse ati : Uraberewe cane.imigisha yose iva mw’ijuru igusage.ntamwubahwa dufise nkawe.ndi inyuma yawe till i die.umwaka mwiza w’umugisha ‘amagara meza,ama awards menshiiii.

 

 

48050cookie-checkPhotos : Vyose vyiza kuri wewe – Look Nshasha ya Natacha Burundi Ishimisha Benshi
Previous articleVideoNSHASHA : Mr Champange akuzaniye aya masanamu manshasha
Next articleIgice ca kabiri c’umwaka w’ishure kizotangura itariki 02 Nzero 2023

LEAVE A REPLY

Please enter your comment!
Please enter your name here