Igice ca kabiri c’umwaka w’ishure kizotangura itariki 02 Nzero 2023

Igice ca kabiri c’umwaka w’ishure kizotangura itariki 02 Nzero 2023

26 décembre 2022 0 Par H. Mervis
Mw’itangazo ryashizwe ahabona n’ubushikiranganji bw’indero n’ubushakashatsi itariki 26 Kigarama 2022, rimenyesha ko ivyigwa vy’igice ca Kabiri c’umwaka w’ishure bizotangura igenekerezo rya 02 Nzero 2023.
Nayo abanyeshure bo mundaro bakazokwakirwa kuri uyo munsi wambere nyene.
Facebook Comments Box
48120cookie-checkIgice ca kabiri c’umwaka w’ishure kizotangura itariki 02 Nzero 2023