Home ENTERTAINMENT Kigali : Element EleéH ashobora kwigarurir’akarere ka Afrika y’ubuseruko

Kigali : Element EleéH ashobora kwigarurir’akarere ka Afrika y’ubuseruko

739
0

Umuririmvyi wo mu gihugu c’Urwanda Element EleéeH ashobora kwigarurir’akarere ka Afrika y’ubuseruko nkuko biriko biribonekereza.

Inyuma y’indirimbo Kashe yakiwe neza mu bihugu bigiz’umuryango wa Afrika y’ubuseruko,  indirimbo umuririmvyi wo muri Tanzania Harmonize yakoreye Remix, Element EleéH yagarutse n’indirimbo nshasha yitwa:Fou de too ari kumwe na Ross Kana na Bruce Melody.

Fou de toi n’indirimbo ije itavyorosha gutyo Element EleéeH akarushirizaho kwigarurira imitima ya benshi.

Element EleéeH

60000cookie-checkKigali : Element EleéH ashobora kwigarurir’akarere ka Afrika y’ubuseruko
Previous articleRumonge : Jeezy Boy Safi agiye gushir’ahabona indirimbo nshasha
Next articleVIDEO NSHASHA | Super Huff – Sinzosubira | DOWNLOAD