Home ENTERTAINMENT Rumonge : Jeezy Boy Safi agiye gushir’ahabona indirimbo nshasha

Rumonge : Jeezy Boy Safi agiye gushir’ahabona indirimbo nshasha

322
0

Umuririmvyi Jeezy Boy Safi agiye gushirahabona indirimbo nshasha.
Jeezy Boy Safi n’umuririmvyi wo mu gisagara ca Rumonge asanzwe yahora mu gihugu ca Kenya kwiga, ari nayo yatanguriye umuziki.

N’Umuririmvyi aje atavyorosha mu ntara ya Rumonge ndetse biboneka ko afise kazoza mu muziki.
“Nadata” na “Chunga moyo” ni zimwe mu ndirimbo zifis’amashusho meza uyo muririmvyi amaze gukora.

Akaba aheruka gusohora indirimbo “Light” imaze amezi atatu yarenga.

59940cookie-checkRumonge : Jeezy Boy Safi agiye gushir’ahabona indirimbo nshasha
Previous articleGOSPEL NSHASHA | Coco Claudia – Ineza | DOWNLOAD
Next articleKigali : Element EleĆ©H ashobora kwigarurir’akarere ka Afrika y’ubuseruko