Home ENTERTAINMENT Chris NDIKUMANA umuyobozi wa KANGUKA kuri ETS KAMENGE  uyu munsi.

Chris NDIKUMANA umuyobozi wa KANGUKA kuri ETS KAMENGE  uyu munsi.

538
0

Inyuma Yo Kwuzuza ibibuga bikomeye aherereye mu Bihugu Rutura ni Chris Ndikumana yateguye igikorane kizobera kukibuga ca ETS Kamenge ( 22.7.2023 )

Ibimenyetso ni vyinshi vyerekana Ko yitezwe bikomeye , abanyamahanga benshi bava mu bindi bihugu basanzwe ari abakunzi Ba KANGUKA Baraye Bashitse Mu Gihugu c’uburundi n’abandi Benshi Baracaza…

Hitezwe abantu beshi , uhereye kubayobozi b’igihugu gushika kubanyagihugu bato bato .

Ico gikorane kiza gutangura igihe c’isaha cumi zumu goroba ( 16h00)

65640cookie-checkChris NDIKUMANA umuyobozi wa KANGUKA kuri ETS KAMENGE  uyu munsi.
Previous articleAlvin Smith yavuzeko imiziki yo mu Rwanda ikunzwe cane mu Burundi kurusha iy’abarundi.
Next articleAbanywanyi ba groupe WhatsApp Indundi Sports Fans bahejeje guterera imifuko 40 y’isima yo kwubaka ikibuga Intwari