Home ENTERTAINMENT Alvin Smith yavuzeko imiziki yo mu Rwanda ikunzwe cane mu Burundi kurusha...

Alvin Smith yavuzeko imiziki yo mu Rwanda ikunzwe cane mu Burundi kurusha iy’abarundi.

172
0

La Vache Originale, Alvin Smith mu kiganiro yatanze kukinyamakuru co mu Rwanda yavuzeko indirimbo nyarwanda zikunzwe cane mu Burundi kurusha iz’abarundi.

Ico rero ngo nico gituma yagiye yikorako abanyarwanda mu ndirimbo nyinshi kugira bimufashe kumenyekana.

Alvin Smith akaba ari i Kigali mu ntumbero yo kumenyekanisha indirimbo yiwe nshasha yise #Gutwika yakoranye na Da Rest wo mu Rwanda.

65620cookie-checkAlvin Smith yavuzeko imiziki yo mu Rwanda ikunzwe cane mu Burundi kurusha iy’abarundi.
Previous articleSat B niwe muririmvyi mpuza makungu mu Burundi ?
Next articleChris NDIKUMANA umuyobozi wa KANGUKA kuri ETS KAMENGEĀ  uyu munsi.