Home ENTERTAINMENT Sat B niwe muririmvyi mpuza makungu mu Burundi ?

Sat B niwe muririmvyi mpuza makungu mu Burundi ?

422
0

Mugihe abarundi beshi babona ko umuziki ndundi utariko uratera imbere ugereranije n’indirimbo ziriko zirasohoka mukarere muriki gihe, aho abaririmvyi bacu batari kugwego mpuza makungu.

Umuririvyi Sat B wewe ariyamiriza ivyo vyiyviro aho yemeza ko ariwe muririmvyi mpuza makungu mu Burundi, nkuko yavyanditse kurubuga gwiwe gwa page ya Facebook mu girondo cokuruyu wa gatandatu igenekerezo rya 22 Mukakaro 2023 aho yifurije igitondo ciza abakunzi biwe yagize ati : “Morning From The Professional Artist 🇧🇮”.

Bamwe mubakunzi biye bakaba bagiye bara mwishura aho Ezechiel Niyonkuru yagize  ati: Good morning!underground isn’t it?”

Tukwibutse ko Sat B aherutse gushira ahanona indirimbo yiwe nshasha “KIDDING” imaze indwi zibiri zirenga ikaba imaze kurabwa n’abantu barenga Amajanatanu (500k vues).

 

65550cookie-checkSat B niwe muririmvyi mpuza makungu mu Burundi ?
Previous articleNew Video : Alvin Smith Ft Da rest – Gutwika
Next articleAlvin Smith yavuzeko imiziki yo mu Rwanda ikunzwe cane mu Burundi kurusha iy’abarundi.