Home ENTERTAINMENT D-One ashigikira ibidandazwa vy’umufana w’Indirimbo ziwe.

D-One ashigikira ibidandazwa vy’umufana w’Indirimbo ziwe.

940
0

Umuririmvyi D-One yerenye ko atishima nkuko beshi bavyiba mugshigikira imyuga canke ibikogo vyabamwe mukunzi b’umuziki wewe. Nkuko yashize ahabona amwe muma foto yamwerekenye arikumwe n’umwigeme agurisha ama PoPsi, akaba asazwe akunda indirimbo ziwe.

Amakuru dukesha D-One nukoyo uyo mwigeme ya basanze aho bariko bakorera ibikogwa Location vyokwegeranya amasanamu y’indirimbo (Shooting ) acha amusaba ko bo kwifotozanya mu gushigikira ivyo yariko ara dadaza.

59280cookie-checkD-One ashigikira ibidandazwa vy’umufana w’Indirimbo ziwe.
Previous articleRumonge : Tigger Brizz agiye gusohora amasanamu y’indirimbo Ejo Niheza Remix
Next articleWise Labesto : Indirimbo yanje Nshasha igeze kubishe 90%.