Home ENTERTAINMENT Wise Labesto : Indirimbo yanje Nshasha igeze kubishe 90%.

Wise Labesto : Indirimbo yanje Nshasha igeze kubishe 90%.

189
0
Inyumaa yigihe kinini ataboneka muri Game, Umuririmvyikazi Wise Labesto agiye kugaruka vuba n’indiribo nshasha, nkuko avivugira ngo indirimbo igiye gusohoka igeze kubice 90% bikumvikana ko umwanya numwanya agaruka muri Buja Fleva.
Wise labesto yameneyekanye cane ku ndirimbo nka Money Yoh na Temperature indirimbo zakiriwe nezaa cana n’abakunzi bu m’uziki Ndundi.
59370cookie-checkWise Labesto : Indirimbo yanje Nshasha igeze kubishe 90%.
Previous articleD-One ashigikira ibidandazwa vy’umufana w’Indirimbo ziwe.
Next articleVIDEO NSHASHA | Mr Champagne – BITU BIKO BIEN | DOWNLOAD